ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 59:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Oya, amakosa yanyu ni yo yabatandukanije n’Imana yanyu+.

      Ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye ibahisha mu maso hayo.

      Ntishaka kubumviriza+.

  • Yeremiya 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Abantu barabaza ngo: «Umugabo yirukanye umugore wiwe akagenda, akaba umugore w’uwundi mugabo, mbega yoba akimucura?»

      Wumva ico gihugu kitahumanye rwose+?

      «Wakoze ubumaraya, uryamana n’abagabo* benshi+.

      Ubu rero ushaka kungarukako?» ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika