Yeremiya 6:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Bazofata umuheto n’agacumu. Barakaze kandi ntibagira akagongwe. Ijwi ryabo rizoroha nk’ikiyaga.Bagendera ku mafarasi+. Batonze urugamba nk’umuntu umwe kugira ngo bakurwanye, ewe mukobwa wa Siyoni!»
23 Bazofata umuheto n’agacumu. Barakaze kandi ntibagira akagongwe. Ijwi ryabo rizoroha nk’ikiyaga.Bagendera ku mafarasi+. Batonze urugamba nk’umuntu umwe kugira ngo bakurwanye, ewe mukobwa wa Siyoni!»