Yohani 7:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Reka guca urubanza mufatiye ku biboneka inyuma, ahubwo nimuce urubanza rugororotse+.» Yohani 8:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ariko naho noca urubanza, urubanza rwanje rwoba ari urw’ukuri, kuko ntari jenyene. Data yandungitse ari kumwe nanje+.
16 Ariko naho noca urubanza, urubanza rwanje rwoba ari urw’ukuri, kuko ntari jenyene. Data yandungitse ari kumwe nanje+.