ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 50:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 «Nimubimenyeshe mu mahanga, mubitangaze.

      Nimushinge ikimenyetso*, mubitangaze.

      Ntihagire ico munyegeza.

      Nimuvuge muti: “Babiloni yafashwe+.

      Beli* yamaramaye+.

      Merodaki yatekewe n’ubwoba.

      Ibishusho vya Babiloni vyamaramaye.

      Ibigirwamana vyaho bisesemye* vyatekewe n’ubwoba.”

  • Yeremiya 51:44
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 44 Nzokwitaho ivya Beli*+ i Babiloni,

      ndayikure mu kanwa ivyo yamize+.

      Amahanga ntazosubira kuyirukira

      kandi uruzitiro rwa Babiloni ruzogwa+.

  • Yeremiya 51:52
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 52 «Ehe raba rero! Mu misi iri imbere», ni ko Yehova avuze,

      «nzohagurukira ibishusho vyiwe bibajwe,

      kandi mu gihugu ciwe cose abakomeretse bazoniha+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika