Abaroma 9:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Nakare vyanditswe ngo: «Ehe ndiko nshinga i Siyoni ibuye+ ritsitaza n’igitandara kigwisha, mugabo uwushingira ukwizera kwiwe kuri ryo ntazoteterwa+.» Abaroma 10:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nakare icanditswe kivuga giti: «Nta n’umwe ashingira ukwizera kwiwe kuri we azoteterwa+.» 1 Petero 2:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ni we buye rizima abantu bataye+, mugabo Imana yararitoye kandi ibona ko rifise agaciro+. Igihe mumwegera, 1 Petero 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Kuko Icanditswe kivuga ngo: «Ehe ndiko nshinga i Siyoni ibuye ryatowe, ibuye ry’umushinge ry’agaciro rigumya imfuruka, kandi nta wuryizera azokwigera ateterwa*+.»
33 Nakare vyanditswe ngo: «Ehe ndiko nshinga i Siyoni ibuye+ ritsitaza n’igitandara kigwisha, mugabo uwushingira ukwizera kwiwe kuri ryo ntazoteterwa+.»
4 Ni we buye rizima abantu bataye+, mugabo Imana yararitoye kandi ibona ko rifise agaciro+. Igihe mumwegera,
6 Kuko Icanditswe kivuga ngo: «Ehe ndiko nshinga i Siyoni ibuye ryatowe, ibuye ry’umushinge ry’agaciro rigumya imfuruka, kandi nta wuryizera azokwigera ateterwa*+.»