2 Samweli 5:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ariko Dawidi afata igisagara ca Siyoni gikingijwe ibihome, ubu kikaba citwa igisagara ca Dawidi+. 2 Samweli 5:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nuko Dawidi aja kuba muri ico gisagara gikingijwe ibihome, kiraheza citwa* igisagara ca Dawidi. Maze Dawidi atangura kwubaka irya n’ino yaco, ahereye ku gasozi Milo*+ aza indani+.
9 Nuko Dawidi aja kuba muri ico gisagara gikingijwe ibihome, kiraheza citwa* igisagara ca Dawidi. Maze Dawidi atangura kwubaka irya n’ino yaco, ahereye ku gasozi Milo*+ aza indani+.