Yesaya 31:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Baragowe abamanuka mu Misiri kurondera imfashanyo+,abishimira amafarasi+,bakizigira imikogote y’intambara kubera ari myinshi,bakizigira n’amafarasi y’intambara* kubera ko akomeye. Mugabo ntibahanga amaso wa Mweranda wa Isirayeli,ntibarondera Yehova. Ezekiyeli 29:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ico gihe, ababa mu Misiri bose bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova,kuko imfashanyo bahaye Abisirayeli yahobahoba nk’akatsi*+.
31 Baragowe abamanuka mu Misiri kurondera imfashanyo+,abishimira amafarasi+,bakizigira imikogote y’intambara kubera ari myinshi,bakizigira n’amafarasi y’intambara* kubera ko akomeye. Mugabo ntibahanga amaso wa Mweranda wa Isirayeli,ntibarondera Yehova.
6 Ico gihe, ababa mu Misiri bose bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova,kuko imfashanyo bahaye Abisirayeli yahobahoba nk’akatsi*+.