-
Yesaya 42:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
Ivyo ni vyo nzobakorera, kandi sinzobaheba.»
-
-
Matayo 9:28-30Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
28 Amaze kwinjira mu nzu, abo bagabo b’impumyi baza aho ari, maze Yezu ababaza ati: «Murizeye ko ivyo nshobora kubikora+?» Bamwishura bati: «Egome Mukama.» 29 Aca akora ku maso yabo+, ababwira ati: «Nibibabere nk’uko muvyizeye.» 30 Amaso yabo aca arahumuka. Yezu aca arabihanikiriza ati: «Murabe neza ntihagire uwubimenya+.»
-