Yesaya 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Niwinjire mw’isenga ry’ibitandara, winyegeze mu mukungugukubera ububasha buteye ubwoba bwa Yehovan’ubuninahazwa bwiwe buhambaye+. 2 Abatesalonika 1:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Igihano abo bazoronka ni urubanza rw’ugutikizwa ibihe bidahera+ bakava imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe,
10 Niwinjire mw’isenga ry’ibitandara, winyegeze mu mukungugukubera ububasha buteye ubwoba bwa Yehovan’ubuninahazwa bwiwe buhambaye+.
9 Igihano abo bazoronka ni urubanza rw’ugutikizwa ibihe bidahera+ bakava imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe,