2 Abami 24:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umwami wa Misiri ntiyubahuka gusubira kuva mu gihugu ciwe, kuko umwami wa Babiloni yari yaratwaye ivyegukira uwo mwami wa Misiri vyose+, kuva ku mwonga* wa Misiri+ gushika ku ruzi Efurate+.
7 Umwami wa Misiri ntiyubahuka gusubira kuva mu gihugu ciwe, kuko umwami wa Babiloni yari yaratwaye ivyegukira uwo mwami wa Misiri vyose+, kuva ku mwonga* wa Misiri+ gushika ku ruzi Efurate+.