Yeremiya 50:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Inkota izotikiza abavuga amajambo ata co amaze*, kandi bazokorana ubupfu. Inkota izotikiza abarwanyi baho, kandi bazotekerwa n’ubwoba+.
36 Inkota izotikiza abavuga amajambo ata co amaze*, kandi bazokorana ubupfu. Inkota izotikiza abarwanyi baho, kandi bazotekerwa n’ubwoba+.