Yesaya 1:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Abatware bawe ni intagondwa kandi bakorana n’ibisuma+. Umwe wese muri bo akunda igiturire, akiruka inyuma abamuha ibintu+. Ntibatunganiriza impfuvyi*canke ngo bemere kwakira urubanza rw’umupfakazi+.
23 Abatware bawe ni intagondwa kandi bakorana n’ibisuma+. Umwe wese muri bo akunda igiturire, akiruka inyuma abamuha ibintu+. Ntibatunganiriza impfuvyi*canke ngo bemere kwakira urubanza rw’umupfakazi+.