ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Kuko “ngira ntumeko imiryango yose y’ubwami bwo mu buraruko”, ni ko Yehova avuze+, “kandi izoza.

      Umwami wese azoshira intebe yiwe y’ubwami

      ku marembo ya Yeruzalemu+,

      atere inzitiro zayo zihakikuje

      n’ibisagara vyose vy’Ubuyuda+.

  • Yeremiya 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Nimushinge ikimenyetso* mucerekeza i Siyoni.

      Nimurondere ubuhungiro kandi ntimuhagarare”,

      kuko ngira nzane ivyago bivuye mu buraruko+, nzane ugusenyuka gukomeye.»

  • Yeremiya 6:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Yehova avuze ati:

      «Hari abantu bariko baraza bavuye mu gihugu co mu buraruko,

      kandi ihanga rikomeye rizokangurwa rize rivuye mu mihingo ya kure cane y’isi+.

  • Habakuki 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Ngira mpagurutse Abakaludaya+,

      ihanga rikaze kandi rikora nk’iryariye amavubi.

      Bakwira isi yose

      kugira bigarurire ahantu atari ahabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika