ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Raba uyu musi ndaguhaye ubukuru ku mahanga no ku bwami, kugira ngo urandure, usiturire hasi, utikize, usambure, wubake kandi uteragire+.»

  • Yeremiya 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ibi ni vyo Yehova avuze: «Ku bijanye n’ababanyi banje bose b’ababisha, bakora ku ntoranwa nahaye abantu banje b’Abisirayeli+, ngira ndabarandure mu gihugu cabo+, kandi nzorandura Ubuyuda muri bo.

  • Yeremiya 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 ngira ntumeko imiryango yose yo mu buraruko+”, ni ko Yehova avuze, “ntumeko umusavyi wanje Nebukadinezari* umwami wa Babiloni+. Nzobazana batere iki gihugu+, abakibamwo n’amahanga yose agikikuje+. Nzotikiza iki gihugu n’aya mahanga, bicike akajoreza n’ikintu co kuvugiriza agahwa. Bizosigara ari ibihomvagurike ibihe vyose.

  • Yeremiya 45:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Umubwire uti: “Yehova avuze ati: ‘Ehe ivyo nubatse ngira ndabisambure kandi ivyo nateye ngira ndabirandure. Nzobikora mu gihugu cose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika