2 Abami 24:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nuko Yehoyakimu arapfa+, umuhungu wiwe Yehoyakini aca atangura kuganza mu kibanza ciwe. Yeremiya 22:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Mbega uyu mugabo Koniya yoba ari ikibumbano gusa gisuzuguritse, camenaguwe,icombo ata n’umwe yipfuza? Kubera iki we n’abamukomokako bazotererwa hasi,bagashiburirwa mu gihugu batazi+?” Yeremiya 37:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Nuko umwami Zedekiya+ mwene Yosiya atangura kuganza mu kibanza ca Koniya*+ mwene Yehoyakimu, kuko Nebukadinezari* umwami wa Babiloni yari yamugize umwami w’Ubuyuda+. Matayo 1:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Yosiya+ yavyaye Yekoniya+ na benewabo igihe Abayuda bajanwa kugirwa imbohe i Babiloni+.
28 Mbega uyu mugabo Koniya yoba ari ikibumbano gusa gisuzuguritse, camenaguwe,icombo ata n’umwe yipfuza? Kubera iki we n’abamukomokako bazotererwa hasi,bagashiburirwa mu gihugu batazi+?”
37 Nuko umwami Zedekiya+ mwene Yosiya atangura kuganza mu kibanza ca Koniya*+ mwene Yehoyakimu, kuko Nebukadinezari* umwami wa Babiloni yari yamugize umwami w’Ubuyuda+.