ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 7:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ashongesha ubutare bw’umujumpu, akora inkingi zibiri+. Inkingi imwe yose yareha n’intambwe 18, kandi kugira uyikikuze vyasaba umugozi w’intambwe 12*+.

  • 2 Abami 25:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Inkingi imwe yose yareha n’intambwe* 18+. Igikono cari hejuru kuri yo cari gikozwe mu mujumpu kikaba careha n’intambwe zitatu. Udusharizo tumeze nk’urusenga be n’amakomamanga vyari bigikikuje, vyose vyari bikozwe mu mujumpu+. Izo nkingi zompi n’utwo dusharizo twazo vyari bikozwe kumwe.

  • 2 Ngoma 4:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Hiramu akora n’utudobo, ibipawa n’amabakure+.

      Nuko arangiza ibintu umwami Salomo yamusavye gukora bijanye n’inzu y’Imana y’ukuri+. Ni vyo vy’ibi: 12 za nkingi zibiri+ na vya bintu bimeze nk’ibikono vyari hejuru yazo, twa tuntu tubiri tumeze nk’urusenga+ twari dukikuje ivyo bikono bibiri,

  • Yeremiya 52:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ku bijanye n’izo nkingi, imwe yose yareha n’intambwe* 18, kandi kugira uyikikuze vyasaba umugozi w’intambwe 12+. Intimbatimba yayo yangana n’ubwaguke bw’intoke* zine, kandi yari ifise umuheha hagati.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika