Gusubira mu vyagezwe 7:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ahubwo kubera yuko Yehova abakunda kandi akubaha indahiro yarahiye ba sokuruza banyu+, ni co catumye Yehova akoresha ububasha bwiwe akabakura mu gihugu mwabayemwo muri abashumba*+, akabakura mu kuboko* kwa Farawo umwami wa Misiri.
8 Ahubwo kubera yuko Yehova abakunda kandi akubaha indahiro yarahiye ba sokuruza banyu+, ni co catumye Yehova akoresha ububasha bwiwe akabakura mu gihugu mwabayemwo muri abashumba*+, akabakura mu kuboko* kwa Farawo umwami wa Misiri.