Itanguriro 48:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ariko Isirayeli ashira ukuryo kwiwe ku mutwe wa Efurayimu naho ari we yari mutoyi, ukubamfu na kwo agushira ku mutwe wa Manase. Ivyo yabigize n’ibigirankana kuko yari asanzwe azi ko Manase ari we ari imfura+. Kuvayo 4:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Uze ubwire Farawo uti: “Yehova avuze ati: ‘Isirayeli ni umuhungu wanje, imfura yanje+.
14 Ariko Isirayeli ashira ukuryo kwiwe ku mutwe wa Efurayimu naho ari we yari mutoyi, ukubamfu na kwo agushira ku mutwe wa Manase. Ivyo yabigize n’ibigirankana kuko yari asanzwe azi ko Manase ari we ari imfura+.