ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 9:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Mugabo kubera imbabazi zawe nyinshi, ntiwabatikije+ canke ngo ubahebe, kuko uri Imana y’impuhwe* n’imbabazi+.

  • Yeremiya 30:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 «Kuko ndi kumwe nawe kugira ngukize», ni ko Yehova avuze.

      «Mugabo nzohonya amahanga yose nagusanzarijemwo+.

      Ariko wewe sinzoguhonya+.

      Nzogutoza indero* ku rugero rubereye.

      Sinzogenda ntaguhanye+.»

  • Mika 7:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Imana imeze nkawe ni iyihe,

      iharira ikosa, ikirengagiza igicumuro+ c’abasigaye bo mu ntoranwa yayo+?

      Ntuzogumana ishavu ibihe vyose,

      kuko uhimbarwa no kwerekana urukundo rudahera*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika