-
Yeremiya 6:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
«Busuke ku mwana ari mw’ibarabara+,
ubusuke ku migwi y’abasore bakoraniye hamwe.
-
-
Ezekiyeli 22:31Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
31 Nzobasukako rero ishavu ryanje, ndabatikize mfise uburake bwaka umuriro. Nzozana ku gatwe kabo ingaruka z’ingeso zabo”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.»
-