Obadiya 13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ntiwari ukwiye guca mw’irembo ry’abantu banje ku musi bashikirwa n’ivyago+.Ntiwari ukwiye kwigina amakuba babonye ku musi bashikirwa n’ivyago,kandi ntiwari ukwiye gutwara ivyo batunze ku musi bashikirwa n’ivyago+.
13 Ntiwari ukwiye guca mw’irembo ry’abantu banje ku musi bashikirwa n’ivyago+.Ntiwari ukwiye kwigina amakuba babonye ku musi bashikirwa n’ivyago,kandi ntiwari ukwiye gutwara ivyo batunze ku musi bashikirwa n’ivyago+.