Yesaya 51:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Abana bawe baguye bararaba+. Barambaraye mu masanganzira yose*nk’intama y’inyeshamba yafashwe mu rusenga. Uburake bwa Yehova n’ugukara kw’Imana yawe vyabahereyemwo.» Gucura intimba 4:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Abishwe n’inkota bobo vyopfuma kurusha abishwe n’inzara+,bamwe bagenda barahera, bagasogotwa n’ukubura ivyo barya. Ezekiyeli 5:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ababa iwawe nzobarungikako ya myampi yica y’inzara, ibahonye. Iyo myampi nzorungika izobamara+. Nzotuma mubura ibifungurwa*, kugira inzara ibamerere nabi+.
20 Abana bawe baguye bararaba+. Barambaraye mu masanganzira yose*nk’intama y’inyeshamba yafashwe mu rusenga. Uburake bwa Yehova n’ugukara kw’Imana yawe vyabahereyemwo.»
9 Abishwe n’inkota bobo vyopfuma kurusha abishwe n’inzara+,bamwe bagenda barahera, bagasogotwa n’ukubura ivyo barya.
16 Ababa iwawe nzobarungikako ya myampi yica y’inzara, ibahonye. Iyo myampi nzorungika izobamara+. Nzotuma mubura ibifungurwa*, kugira inzara ibamerere nabi+.