-
2 Ngoma 16:2, 3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Asa aca atora ifeza n’inzahabu mu bubiko bw’itunga ry’inzu ya Yehova+ no mu bubiko bw’itunga ry’inzu* y’umwami, abirungikira Beni-Hadadi umwami wa Siriya+ yaba i Damasiko. Amubwira ati: 3 «Twe nawe dufitaniye amasezerano nk’uko dawe na so bari bafitaniye amasezerano. Ehe raba nkurungikiye ifeza n’inzahabu. Ndagusavye rero uhagarike amasezerano ufitaniye na Bayasha umwami wa Isirayeli, ndabe ko yomvira mu karere.»
-