Imigani 16:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Abantu bose bishima* barashisha Yehova+. Umenye neza ko batazobura guhanwa.