Itanguriro 19:24, 25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Yehova aca atiburira kuri Sodomu na Gomora amazuku* n’umuriro, bikoroka bivuye kuri Yehova mw’ijuru+. 25 Ukwo ni ko yatikije ivyo bisagara, emwe iyo ntara yose n’ababa muri ivyo bisagara bose n’ivyatsi vyose vyari muri ako karere+. Gucura intimba 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Igihano* c’umukobwa w’abantu b’iwacu kiruta igihano* ca Sodomu+,hamwe harandurwa mu kanya gato, hakabura uwuhatabara+. 2 Petero 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Kandi igihe Imana yatikiza ca gisagara ca Sodomu n’ica Gomora ikabihindura iminyota, yarabiciriye urubanza+, iba ihaye abantu batayubaha akarorero k’ibizoza+.
24 Yehova aca atiburira kuri Sodomu na Gomora amazuku* n’umuriro, bikoroka bivuye kuri Yehova mw’ijuru+. 25 Ukwo ni ko yatikije ivyo bisagara, emwe iyo ntara yose n’ababa muri ivyo bisagara bose n’ivyatsi vyose vyari muri ako karere+.
6 Igihano* c’umukobwa w’abantu b’iwacu kiruta igihano* ca Sodomu+,hamwe harandurwa mu kanya gato, hakabura uwuhatabara+.
6 Kandi igihe Imana yatikiza ca gisagara ca Sodomu n’ica Gomora ikabihindura iminyota, yarabiciriye urubanza+, iba ihaye abantu batayubaha akarorero k’ibizoza+.