2 Abami 21:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Kandi nzopimisha Yeruzalemu umugozi+ napimishije Samariya+, nkoreshe n’inivo* nakoresheje ku muryango wa Ahabu+. Nzokwoza Yeruzalemu nk’uko umuntu yoza ibakure agaca ayubika+. Yeremiya 23:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 «Hari ikintu gishisha nabonye mu bahanuzi b’i Samariya+. Bavuga ubuhanuzi mw’izina rya Bayali,bakazimiza abantu banje b’Abisirayeli. Ezekiyeli 23:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Uzonywa igikombe ca mwenewanyu Samariya ucimariremwo,uborerwe*, wuzure intuntu,ucike akajoreza n’umusaka.
13 Kandi nzopimisha Yeruzalemu umugozi+ napimishije Samariya+, nkoreshe n’inivo* nakoresheje ku muryango wa Ahabu+. Nzokwoza Yeruzalemu nk’uko umuntu yoza ibakure agaca ayubika+.
13 «Hari ikintu gishisha nabonye mu bahanuzi b’i Samariya+. Bavuga ubuhanuzi mw’izina rya Bayali,bakazimiza abantu banje b’Abisirayeli.
33 Uzonywa igikombe ca mwenewanyu Samariya ucimariremwo,uborerwe*, wuzure intuntu,ucike akajoreza n’umusaka.