Ezekiyeli 33:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nta na kimwe mu bicumuro yakoze kizomwagira*+. Kubera ko yakoze ibigororotse n’ibibereye, azobandanya kubaho ata kabuza+.”
16 Nta na kimwe mu bicumuro yakoze kizomwagira*+. Kubera ko yakoze ibigororotse n’ibibereye, azobandanya kubaho ata kabuza+.”