ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 33:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Mwana w’umuntu, bwira abantu bo mw’ihanga ryanyu uti: “Umugororotsi niyagarariza, ibikorwa vyiwe vy’ubugororotsi ntibizomukiza+. Umubisha na we niyaheba ibikorwa vyiwe vy’ububisha, ntibizotuma agwa*+. N’umugororotsi ntazobandanya kubaho kubera ibikorwa vyiwe vy’ubugororotsi, umusi yacumuye+.

  • Ezekiyeli 33:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Umugororotsi niyaheba gukora ibigororotse agakora ibibi, azopfa ari vyo azize+.

  • Abaheburayo 10:38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 «Mugabo umusavyi wanje w’umugororotsi azobeshwaho n’ukwizera+», kandi «niyasubira inyuma ntazompimbara*+.»

  • 2 Yohani 8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Mwiyubare rero kugira ntimutakaze ibintu twabiriye akuya, ahubwo muronke impembo yuzuye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika