Daniyeli 7:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ayo mahembe cumi, agereranya abami cumi bazoganza bavuye muri ubwo bwami. Inyuma yabo hazoza uwundi mwami atandukanye n’abo bambere, kandi azocisha bugufi abami batatu+.
24 Ayo mahembe cumi, agereranya abami cumi bazoganza bavuye muri ubwo bwami. Inyuma yabo hazoza uwundi mwami atandukanye n’abo bambere, kandi azocisha bugufi abami batatu+.