Daniyeli 8:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Nayo jewe Daniyeli, utuguvu twari twaheze kandi namaze imisi itari mike ndwaye+. Mu nyuma naravyutse, mbandanya gukorera umwami+. Ariko nari natimvye kubera ivyo neretswe kandi nta n’umwe yari kubitegera+.
27 Nayo jewe Daniyeli, utuguvu twari twaheze kandi namaze imisi itari mike ndwaye+. Mu nyuma naravyutse, mbandanya gukorera umwami+. Ariko nari natimvye kubera ivyo neretswe kandi nta n’umwe yari kubitegera+.