-
Daniyeli 2:39, 40Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
39 Ariko inyuma yawe hazoza ubundi bwami+ urusha ububasha. Hazoza n’ubundi bwami bugira gatatu, bugereranywa n’umujumpu, kandi buzoganza isi yose+.
40 Ubwami bugira kane buzoba bukomeye nk’icuma+. Kurya icuma kijanjagura kandi kigasavya ibintu vyose, emwe kurya icuma kimenagura ibintu, buzojanjagura kandi bumenagure ubwo bwami bwose+.
-