Ivyahishuwe 11:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Umumarayika w’indwi avuza urumbete rwiwe+. Mw’ijuru haca humvikana amajwi akomeye avuga ati: «Ubwami bw’isi bubaye Ubwami bw’Umukama wacu+ n’ubwa Kristu wiwe+, kandi azoganza gushika ibihe bidahera+.»
15 Umumarayika w’indwi avuza urumbete rwiwe+. Mw’ijuru haca humvikana amajwi akomeye avuga ati: «Ubwami bw’isi bubaye Ubwami bw’Umukama wacu+ n’ubwa Kristu wiwe+, kandi azoganza gushika ibihe bidahera+.»