-
Daniyeli 9:21, 22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 emwe nkiriko ndasenga, nagiye mbona wa mugabo Gaburiyeli+ aza aho ndi, umwe nari nabonye mw’iyerekwa+, asanga narushe nasanzaye. Hari nko mu gihe co gutanga ishikanwa ryo ku mugoroba. 22 Aca arampa insobanuro, ambwira ati:
«Ewe Daniyeli, nzanywe no kukuronsa ugutahura no kugufasha gutegera ibigiye kuba.
-