Daniyeli 5:30, 31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Belushazari umwami w’Umukaludaya aca yicwa muri iryo joro nyene+. 31 Dariyo+ Umumedi aca aba umwami. Yari afise nk’imyaka 62.
30 Belushazari umwami w’Umukaludaya aca yicwa muri iryo joro nyene+. 31 Dariyo+ Umumedi aca aba umwami. Yari afise nk’imyaka 62.