Daniyeli 1:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umukuru w’abakozi bo ku kirimba yaciye abaha amazina*. Daniyeli yamwise Beluteshazari+, Hananiya amwita Shadrake, Mishayeli amwita Meshake, Azariya na we amwita Abedinego+.
7 Umukuru w’abakozi bo ku kirimba yaciye abaha amazina*. Daniyeli yamwise Beluteshazari+, Hananiya amwita Shadrake, Mishayeli amwita Meshake, Azariya na we amwita Abedinego+.