2 Abami 17:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Igihe kimwe, Shalumaneseri umwami wa Ashuri yaraje kumutera+, maze Hosheya yemera kuganzwa na we, atangura no kumuha ikori*+. Hoseya 5:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Igihe Efurayimu yabona indwara yiwe, Yuda na we akabona igisebe ciwe,Efurayimu yaciye aja i Ashuri+, arungika intumwa ku mwami ahambaye. Ariko uwo mwami ntiyashoboye kubavura,canke ngo abakize igisebe canyu.
3 Igihe kimwe, Shalumaneseri umwami wa Ashuri yaraje kumutera+, maze Hosheya yemera kuganzwa na we, atangura no kumuha ikori*+.
13 Igihe Efurayimu yabona indwara yiwe, Yuda na we akabona igisebe ciwe,Efurayimu yaciye aja i Ashuri+, arungika intumwa ku mwami ahambaye. Ariko uwo mwami ntiyashoboye kubavura,canke ngo abakize igisebe canyu.