14 Yozefu aca arahaguruka, atora uwo mwana na nyina wiwe maze ahungira mu Misiri mw’ijoro. 15 Aguma mu Misiri gushika Herodi apfuye. Ivyo vyatumye haranguka ivyo Yehova yavuze biciye ku muhanuzi wiwe ati: «Nahamagaye umwana wanje ngo ave mu Misiri+.»