Hoseya 5:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Igihe Efurayimu yabona indwara yiwe, Yuda na we akabona igisebe ciwe,Efurayimu yaciye aja i Ashuri+, arungika intumwa ku mwami ahambaye. Ariko uwo mwami ntiyashoboye kubavura,canke ngo abakize igisebe canyu.
13 Igihe Efurayimu yabona indwara yiwe, Yuda na we akabona igisebe ciwe,Efurayimu yaciye aja i Ashuri+, arungika intumwa ku mwami ahambaye. Ariko uwo mwami ntiyashoboye kubavura,canke ngo abakize igisebe canyu.