Yeremiya 49:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 «Kandi igihugu ca Edomu kizocika akajoreza koko+. Umuntu wese azoca iruhande yaco azocitegereza ajorewe, avuze agahwa kubera ivyago vyose vyagishikiye.
17 «Kandi igihugu ca Edomu kizocika akajoreza koko+. Umuntu wese azoca iruhande yaco azocitegereza ajorewe, avuze agahwa kubera ivyago vyose vyagishikiye.