Hoseya 4:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ni co gituma igihugu kizogandara+,kandi ababa muri co bose bazoyama.Ibikoko vyo mw’ishamba n’inyoni zo mu kirere,mbere n’amafi yo mu kiyaga, vyose bizopfa.
3 Ni co gituma igihugu kizogandara+,kandi ababa muri co bose bazoyama.Ibikoko vyo mw’ishamba n’inyoni zo mu kirere,mbere n’amafi yo mu kiyaga, vyose bizopfa.