Yesaya 7:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kuko umurwa mukuru wa Siriya ari Damasiko,umwami wa Damasiko akaba Rezini. Mu myaka 65 gusa,Abefurayimu bazojanjagurwa, ntibasubire kuba ihanga+. Yesaya 8:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo: “Dawe” na “Mawe”, itunga ry’i Damasiko n’ivyasahuwe i Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.» Yesaya 17:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ng’uru urubanza rwaciriwe Damasiko+: «Raba! Damasiko ntizosubira kuba igisagara.Izohinduka ikirundo c’ibihomvagurike+.
8 Kuko umurwa mukuru wa Siriya ari Damasiko,umwami wa Damasiko akaba Rezini. Mu myaka 65 gusa,Abefurayimu bazojanjagurwa, ntibasubire kuba ihanga+.
4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo: “Dawe” na “Mawe”, itunga ry’i Damasiko n’ivyasahuwe i Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.»
17 Ng’uru urubanza rwaciriwe Damasiko+: «Raba! Damasiko ntizosubira kuba igisagara.Izohinduka ikirundo c’ibihomvagurike+.