Yesaya 10:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mbega muzogira iki umusi ivyanyu bizorabwa*+,igihe agatikizo kazoza kavuye kure+? Muzohungira kuri nde ngo abatabare+?Mbega hoho muzosiga hehe ubutunzi* bwanyu? Ezekiyeli 12:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Nubabwire rero uti: “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzotuma ayo majambo adasubira kuvugwa, kandi muri Isirayeli ntibazokwongera kuyavuga nk’umugani.’” Mugabo ubabwire uti: “Imisi iregereje+, kandi ikintu cose cerekanywe kizoranguka.” Hoseya 9:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Imisi yo kwishura ivyo bakoze irashitse+,imisi yo guhabwa igihano bakwiriye irashitse,kandi Isirayeli azobimenya. Abahanuzi babo bazosara, abitwa ngo baravugishwa na bo bate ubwenge.Urwanko bagufitiye ni rwinshi, kuko amakosa yawe ari menshi.»
3 Mbega muzogira iki umusi ivyanyu bizorabwa*+,igihe agatikizo kazoza kavuye kure+? Muzohungira kuri nde ngo abatabare+?Mbega hoho muzosiga hehe ubutunzi* bwanyu?
23 Nubabwire rero uti: “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzotuma ayo majambo adasubira kuvugwa, kandi muri Isirayeli ntibazokwongera kuyavuga nk’umugani.’” Mugabo ubabwire uti: “Imisi iregereje+, kandi ikintu cose cerekanywe kizoranguka.”
7 Imisi yo kwishura ivyo bakoze irashitse+,imisi yo guhabwa igihano bakwiriye irashitse,kandi Isirayeli azobimenya. Abahanuzi babo bazosara, abitwa ngo baravugishwa na bo bate ubwenge.Urwanko bagufitiye ni rwinshi, kuko amakosa yawe ari menshi.»