ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 9:15, 16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Umutwe ni umuntu w’umushingantahe yubahwa cane,

      umurizo na wo ni umuhanuzi atanga inyigisho y’ikinyoma+.

      16 Abayobora aba bantu batuma bangara,

      kandi abayoborwa barabura iyo bava n’iyo baja.

  • Yesaya 56:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Inderetsi ziwe ni impumyi+, nta n’umwe muri bo yagize ico yitaho+.

      Bose ni imbwa z’ibiragi, zidashobora gukuga+.

      Barahezagirika, bakiryamira. Bakunda kwisinzirirako.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika