Zaburi 72:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Izina ryiwe rihambaye nirininahazwe ibihe vyose+,kandi ubuninahazwa bwiwe bwuzure isi yose+. Amen kandi Amen. Yesaya 11:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Hose ku musozi wanje mweranda,nta ngorane n’imwe+ bizoteza canke ngo bigire ico vyonona+,kuko vy’ukuri isi izoba yuzuye ubumenyi bwerekeye Yehovanka kurya amazi yuzuye ikiyaga+. Zakariya 14:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yehova azoba Umwami w’isi yose+. Kuri uwo musi, Yehova azoba umwe+, n’izina ryiwe ribe rimwe+.
19 Izina ryiwe rihambaye nirininahazwe ibihe vyose+,kandi ubuninahazwa bwiwe bwuzure isi yose+. Amen kandi Amen.
9 Hose ku musozi wanje mweranda,nta ngorane n’imwe+ bizoteza canke ngo bigire ico vyonona+,kuko vy’ukuri isi izoba yuzuye ubumenyi bwerekeye Yehovanka kurya amazi yuzuye ikiyaga+.