ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 33:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Manase+ yari afise imyaka 12 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 55 aganza i Yeruzalemu+.

  • 2 Ngoma 33:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Yasubiye kwubaka ibibanza vyo gusengeramwo ibigirwamana* se Hezekiya yari yarasenyuye+, yubakira za Bayali ibicaniro yongera ahingura inkingi nyeranda z’ibiti*, yunamira n’ingabo zose zo kw’ijuru* arazisenga*+.

  • Yeremiya 19:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Kandi amazu y’i Yeruzalemu n’amazu y’abami b’Ubuyuda azohumana nk’aha i Tofeti+, emwe, amazu yose bahora bashikanirako ibimazi ingabo zose zo kw’ijuru+ bari ku gisenge*, bakongera bakahasukira amashikanwa y’ibinyobwa bayaha izindi mana+.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika