Zakariya 4:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ni nde yagaye ibikorwa bitobito bikorwa mu misi y’intango*+? Bazonezerwa bongere babone inivo* mu kuboko kwa Zerubabeli. Ayo* indwi ni amaso ya Yehova anyuragira mw’isi yose+.»
10 Ni nde yagaye ibikorwa bitobito bikorwa mu misi y’intango*+? Bazonezerwa bongere babone inivo* mu kuboko kwa Zerubabeli. Ayo* indwi ni amaso ya Yehova anyuragira mw’isi yose+.»