Yesaya 35:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abacunguwe na Yehova bazogaruka+ bashike i Siyoni n’akamo k’umunezero+. Bazoba bambaye ku mutwe urugori rw’umunezero udahera+. Bazokwigina banezerwe,kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+. Yesaya 61:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mu kibanza c’ibimaramare abantu banje bazoronka imigabane ibiri.Mu kibanza c’agateterwe bazokwiha akamo k’umunezero kubera umugabane wabo. Vy’ukuri, bazoronka imigabane ibiri mu gihugu cabo+. Bazogira umunezero w’ibihe vyose+.
10 Abacunguwe na Yehova bazogaruka+ bashike i Siyoni n’akamo k’umunezero+. Bazoba bambaye ku mutwe urugori rw’umunezero udahera+. Bazokwigina banezerwe,kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+.
7 Mu kibanza c’ibimaramare abantu banje bazoronka imigabane ibiri.Mu kibanza c’agateterwe bazokwiha akamo k’umunezero kubera umugabane wabo. Vy’ukuri, bazoronka imigabane ibiri mu gihugu cabo+. Bazogira umunezero w’ibihe vyose+.