ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 52:6, 7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Mu kwezi kugira kane, ku musi ugira icenda w’ukwo kwezi+, inzara yari imaze gukara mu gisagara, kandi nta bifungurwa abanyagihugu bari bafise+. 7 Amaherezo Abakaludaya bamena uruzitiro rw’ico gisagara. Mu gihe bari bakikuje ico gisagara, abasoda bose ba Zedekiya bahengera mw’ijoro, bava mu gisagara barahunga baciye mw’irembo ryari hagati y’inzitiro zibiri hafi y’umurima w’umwami. Barabandanya berekeza mu karere ka Araba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika