ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 13:6-9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Mwenewanyu mwonse rimwe canke umuhungu wawe, umukobwa wawe, umugore wawe wikundira canke umugenzi wawe pfampfe, niyagerageza kukwosha mu mpisho akakubwira ngo: “Ingo tugende gusenga izindi mana+”, imana mwe na ba sokuruza banyu mutigeze mumenya, 7 imana z’amahanga abakikuje, yaba ayari hafi yanyu canke kure yanyu, kuva ku mpera y’igihugu gushika ku yindi, 8 ntuze wemere ivyo akubwiye canke ngo umwumvirize+. Ntuze umwumvire ikigongwe canke impuhwe kandi ntuze umukingire. 9 Ahubwo utegerezwa kumwica ata kabuza+. Hageze kumwica, ni wewe uzoba uwa mbere hanyuma abandi bakurikire+.

  • Gusubira mu vyagezwe 18:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Nihagira umuhanuzi yubahuka kuvuga ijambo ntamutumye, akarivuga mw’izina ryanje canke mw’izina ry’izindi mana, uwo muhanuzi ategerezwa gupfa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika