ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 31:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Hezekiya aca ababwira ngo bategure ivyumba vy’ububiko*+ vyo mu nzu ya Yehova. Baca barabitegura.

  • Nehemiya 12:44
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 44 Kuri uwo musi hagenwa abagabo bajejwe ivyumba vy’ububiko+ vyo gushiramwo intererano+, ivyimbuwe ubwa mbere*+ n’ivy’icumi+. Ivyo vyumba bari kuvyegeranirizamwo imigabane y’ivyimbuwe mu mirima ikikuje ibisagara. Yari imigabane ihabwa abaherezi n’Abalewi+ nk’uko amategeko abisaba+. Mu Buyuda hari umunezero kubera ko abaherezi n’Abalewi bariko bakora igikorwa cabo.

  • Nehemiya 13:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Nahavuye menya kandi yuko Abalewi batari bagihabwa intererano bagenewe+, bikaba vyatumye Abalewi n’abaririmvyi bata igikorwa, umwe wese akigira kw’itongo ryiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika